BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Rwanda: Bamwe mu batuye mu cyaro bavuga ko bugarijwe n'ibura ry'ibicanwa
Umwe mu batuye mu cyaro yabwiye BBC Gahuzamiryango ko "hari igihe ushobora kubona ibyo guteka ariko ukabwirirwa kubera ko wabuze inkwi zo gutekesha".
Igitero cya mbere kinini cya 'drone' cyibasiye umujyi wa kabiri mu bunini wa Ukraine
Abantu nibura batatu bishwe naho abandi 21 barakomereka i Kharkiv mu majyaruguru ashyira uburasirazuba bwa Ukraine, hafi y'umupaka n'Uburusiya.
Wagner igiye kuva muri Mali nyuma yo 'kurangiza ubutumwa'
Uyu mutwe w'abacanshuro b'Abarusiya uvuye muri Mali mu gihe ibitero by'intagondwa z'amahame akaze ya kisilamu, byicirwamo abantu, biri kwiyongera.
Amajwi, Rwanda: Imvo n'Imvano ku ifungwa rya zimwe mu nsengero n'amatorero, Umwanya bimara 59,00
Twasuye umwe mu mirenge aho insengero zose zifunze, murumva icyo abaturage babivugaho.
Umuriro uriko uraka hagati ya Trump na Musk - biraherera he?
Hari intambara ikomeye hagati y'umuntu wa mbere atunze kurusha abandi kw'isi n'umunyaporitike wa mbere akomeye abanyagihugu barorera.
Uburusiya bwatanguye ibitero 'bikomeye' imisi mike inyuma y'igitero ca drones za Ukraine
Abategetsi bavuga ko ku wa gatanu Uburusiya bwatanguje ibitero vya za drones n'ibisasu vyo mu bwoko bwa za misile ku murwa mukuru wa Ukraine no mu bindi bice vy'igihugu,
M23 na Kinshasa bavuye i Doha 'ntacyo bagezeho' kugeza ubu
Mu kwezi kwa Mata(4) impande zombi zari zasohoye amatangazo ko zifuza guhagarika imirwano no kugera ku mahoro biciye mu biganiro.
New Zealand: Abashingamateka batatu b'aba Maori bahagaritswe kubera 'gukangisha' intambo ya Haka
Hana-Rawhiti Maipi-Clarke yatanguje intambo mu myiyerekano yavuze ati: "Ntituzokwigera tuzibizwa"
Amatora mu Burundi: CENI iti 'yagenze neza', CNL nayo iti 'yaranzwe n'utunenge tuyatesha agaciro'
“Abinjira mu tuzu tw’itora bagenda baherekejwe kandi bagategekwa gutora umugambwe uri ku butegetsi, ni kamwe mu tunenge twerekanwa na CNL, ariko umurwi CENI uvuga ko ari ububeshi, ukaba ushima ko amatora yagenze neza.
Burundi-Amatora 2025: mu mafoto
Abarundi barenga miriyoni zitandatu bazindukiye mu matora y'abashingamateka n'abajenama b'amakomine.
Rwanda: Uko Aimable Karasira yireguye ku cyaha cyo guteza imvururu muri rubanda
Aimable Karasira akomeje guhabwa umwanya wo kwiregura ku byaha aregwa birimo guha ishingiro jenoside no guteza imvururu muri rubanda.
"Abaza gutsinda tubipfurije kuguma bakora neza, ku neza y'abenegihugu"- Prezida Ndayishimiye inyuma yo gutora
Bimwe mu vyo womenya ku matora rusangi yo kuri uyu wa 5 Ruheshi mu 2025.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Trump yateye igikumu kw'itegeko ribuza kwinjira muri Amerika, harimwo n'Uburundi ku rugero
Iri tegeko rizotangura gushirwa mu ngiro ku wa 9 Ruheshi (6) uno mwaka, ni ukuvuga kuva ku wa mbere w'indwi iza.
RD Congo yabujije gutangaza amakuru kuri Joseph Kabila
Urwego rugenzura ibitangazamakuru rwaburiye ko ibizabirengaho bishobora guhagarikwa.
Burundi-amatora 2025: Ingene atandukanye n'ayamaze kuba
Ni ubwa mbere mu Burundi hakwiye imyaka 20 amatora aba buri myaka itanu adasiba.
Burundi: Abidoga ko imyiyamamazo yaranzwe n'utunenge 'ivyo bavuga ntibifise ishimikiro' – Umushikiranganji Niteretse
Abanyamigambwe, abigenga n'abo mu nani batandukanye bidoga ko imyiyamamazo yaraye irangiye yaranzwemwo utunenge tutari duke.
Uko Ukraine yagabye igitero cy'ubwihanduzacumu cyiswe 'Spider Web' ku ndege z'intambara z'Uburusiya
Ku itariki ya mbere y'uku kwezi, 'drone' zirenga 100 za Ukraine zarashe ku ndege z'intambara z'Uburusiya zari ku bibuga biri imbere kure mu Burusiya, mu gitero kinini kandi cy'ubwihanduzacumu.
RD Congo: Tshisekedi yakiriza yompi akamo aterwa na Martin Fayulu
Mu butumwa aha abanyaporitike batatu b’iki gihugu, “Corneille Nangaa, Joseph Kabila na Félix Tshisekedi”, Fayulu agabisha ko batahagabiye igihugu gishobora gushwanyagurika, ico yita “balkanisation”, ijambo risanzwe rivugwa cane kuri iki gihugu.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango