'Congo ni yo yobazwa kubera iki [M23] baguma bafata ibisagara. Uburundi ni umufasha. Umufasha si we abazwa' – Prezida Ndayishimiye

'Congo ni yo yobazwa kubera iki [M23] baguma bafata ibisagara. Uburundi ni umufasha. Umufasha si we abazwa' – Prezida Ndayishimiye
  • Umwanditsi, Cyriaque Muhawenayo
  • Igikorwa, BBC Gahuzamiryango

Prezida Evariste Ndayishimiye yagiranye ikiganiro na BBC ku ngingo zitandukanye zirimwo intambara yo muri DR Congo, umubano w'Uburundi n'Urwanda n'izindi.

Aha arishura ku ngabo z'Uburundi muri DR Congo, no ku mubano w'Uburundi n'Urwanda.